UMUGIRWA WOGUSHINGURANA ITEKA ADRIENNE
Finbank
Social Responsibility
Hits: 541
Ejo igenenekerzo rya 24/01/2024 Niho Haba UMUGIRWA Wogushingurana Iteka Adrienne Nahimana Umukinyi W'igikino Ninde.


Harangwa amariraa n'umbabaro kubaribahashitse kumusezera iryanyuma
Umuryango W'ibanki Finbank Uzohora Umwibukira Ku Munezero

, Urukundo, Ubukerebutsi, N'ubuntu Vyamuranga mu Bikorwa Yaranguranye n'ibanki Finbank.
Ibanki Finbank, Iserukiwe na Bamwe Mu Bakozi Bayo, Yarifadikanije Hamwe N'Umuryango W'umuhisi Mu Guherekeza Uwo Mukunzi Tubuze Tutanka,

Adrienne Nahimana.
Imana imwakire mu bwami bwayo

.